Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Abari imbere ya Yesu baramuzibiza ngo ahore, ariko arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Abagiye imbere barayizibiranya ngw ihore: arikw irushiriza cane gutakamba, iti Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:39
16 Referans Kwoze  

Umusi umwe abavyeyi bazanye abana babo bato aho Yesu ari kugira ngo abakoreko abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira.


Ninginze Umwami Yesu incuro zitatu kugira ngo ayinkuremwo,


Bamwe mu Bafarisayo bari muri iryo sinzi babwira Yesu bati: “Mwigisha, hoza abo bigishwa bawe!”


Aca arasemerera ati: “Yesu, Mwana wa Dawidi, ngirira impuhwe!”


Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe.


Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe kuko mwatwaye urupfunguruzo rwo kumenya Imana. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye mu Bwami, ahubwo mwabujije n’abashaka kwinjira.”


Akiriko aravuga, haca haza umuntu avuye kwa Yayiro, wa mukuru w’isinagogi, abwira Yayiro ati: “Umukobwa wawe yamaze gucikana. Nta co ubandanya ugora umwigisha.”


Musabe muzohabwa; murondere muzoronka; mudodore muzokwugururirwa.


Yesu arabishura ati: “Yemwe mwa bantu b’ukwizera guke, ni kuki mufise ubwoba?” Aca aravyuka, akankamira uwo muyaga n’imipfunda, haca haba agahwekere.


Yesu avuye aho, impumyi zibiri ziramukurikira zisemerera, ziti: “Tugirire imbabazi Mwana wa Dawidi!”


Yesu aca arahagarara, asaba ko bamumuzanira. Amushikiriye, Yesu aramubaza ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite