Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Yumvise abantu benshi bariko bararengana, ibaza ibiriko biraba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Yumvise ishengero rihita, ibaza ivy’ ari vyo.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:36
4 Referans Kwoze  

Aca ahamagara umwe mu bakozi amubaza ibiriko biraba.


Yesu agira ashike i Yeriko, hari impumyi yari yicaye ku nzira isegerereza.


Na bo bayibwira bati: “Ni Yesu w’i Nazareti ariko ararengana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite