Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Yesu agira ashike i Yeriko, hari impumyi yari yicaye ku nzira isegerereza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Ageze hafi y’i Yeriko, hār’ impumyi yicaye i ruhande y’inzira, isēgerereza.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:35
9 Referans Kwoze  

Ababanyi biwe n’abari bamuzi ari impumyi isegerereza barabaza bati: “Mbega uwu si wa muntu yahora yicara asegerereza?”


Nuko Yesu yinjira mu gisagara ca Yeriko, ahaca arengana.


Hari umuntu yaremaye kuva akivuka yama azanwa imisi yose kw’irembo ryitwa Irembo Ryiza kugira ngo asege abaje mu rusengero.


Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.


Yumvise abantu benshi bariko bararengana, ibaza ibiriko biraba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite