Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ariko abigishwa ntibigera batahura ikintu na kimwe muri ivyo ababwiye. Insiguro yavyo yari ihishijwe, bituma badatahura ico ashatse kubabwira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ntibāgira ico batahura mur’ ivyo, kand’ iryo jambo bāri barihishijwe, ntibāmenya ivyo babgiwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:34
9 Referans Kwoze  

Ariko bo ntibatahura ico ababwiye. Insiguro y’ayo majambo yari ihishijwe, bituma batayimenya, kandi batinya no kugira ico babimubazako.


Ariko ntibatahura ico ababwiye, kandi batinya no kugira ico babimubazako.


Abigishwa ntibatahuye ubwo nyene ibiriko biraba. Ariko Yesu amaze kwinjira mu bwiza bwiwe, ni ho bibuka ko ivyo bamukoreye vyari vyaranditswe kuri we.


Ivyo Yesu yabibabwiye mu mugani, kandi abamwumviriza ntibashoboye gutahura ico ashatse kuvuga.


Aca abugurura ubwenge kugira ngo batahure Ivyanditswe.


Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze.


Ariko ntibatahura ico ababwiye.


bamukubite, hanyuma bamwice. Ariko ku musi ugira gatatu, azozuka.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite