Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Abavyumvise baramubaza bati: “None, nimba biri uko, ni nde ashobora gukizwa?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Abavyumvise baravuga, bati None rero, ni nde ashobora gukizwa?

Gade chapit la Kopi




Luka 18:26
3 Referans Kwoze  

Umuntu umwe aramubaza ati: “Mwami, ubwo abakizwa ntibazoba bake?” Yesu aramwishura ati:


Vyokworoha ko ingamiya ica mu gatoboro k’urushinge rubarira kurusha ko umutunzi yinjira mu Bwami bw’Imana.”


Yesu arabishura ati: “Ibidashobokera abantu bishobokera Imana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite