Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Umusi umwe abavyeyi bazanye abana babo bato aho Yesu ari kugira ngo abakoreko abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Maze bamuzanira abana babo b’inzoya ngw abakoreko: abigishwa babibonye barabakankamira.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:15
7 Referans Kwoze  

Abigishwa biwe Yohana na Yakobo babibonye, babaza Yesu bati: “Mwami, duhamagare umuriro ukoroke uvuye mw’ijuru ubatongore?”


Ariko Yesu asaba ko babamuzanira, abwira abigishwa biwe ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite