Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 “Abantu babiri baduze mu rusengero gusenga, umwe yari Umufarisayo uwundi akaba umutozakori.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 At’ Abantu babiri bādūze baja mu rusengero gusenga, umwe yar’ Umufarisayo, uwundi yar’ umutozakori.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:10
13 Referans Kwoze  

Nakebwe ku musi ugira umunani, ndi Umwisirayeli ku bw’amaraso, wo mu muryango wa Benyamini, ndi Umuheburayo w’ukuri, ku bijanye n’ivyagezwe, ndi Umufarisayo,


Baranzi neza kuva kera, kandi bashatse bobishingira intahe ko nabayeho nk’umwe mu Bafarisayo, umuce urusha iyindi mu gushimikira ku migenzo mw’idini ryacu.


Umusi umwe Petero na Yohana bari baduze mu rusengero gusenga, hari kw’isaha y’icenda.


Ababwira ati: “Handitswe ngo: ‘Inzu yanje izoba iyo gusengeramwo,’ ariko mweho mwayihinduye ‘ubwihisho bw’ibisuma.’”


hanyuma hakaza Filipo na Baruteremi; hagasubira Toma na Matayo umutozakori; Yakobo mwene Alufayo, na Tadeyo;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite