Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mbega ntaca avuga ati: ‘Ntegurira imfungurwa, hanyuma wambare neza ungaburire, ninaheza gufungura na we uraheza ufungure’?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko ntiyomubarira, at’ Arura ivyo kurya vyanje, ukenyere, ungaburire, gushitsa aho mpereza kurya no kunywa, nawe hanyuma ubone kurya no kunywa?

Gade chapit la Kopi




Luka 17:8
6 Referans Kwoze  

Hahiriwe abo bakozi shebuja azosanga bagiteramye bamurindiriye. Ndababwije ukuri ko na we azokenyera akabicarika, hanyuma akabagaburira.


Ni nde muri mwebwe, afise umukozi, yohengera avuye kurima canke kuragira, akamubwira ati: ‘Kaze ku meza dufungure’?


Mbega arashimira uwo mukozi ko yakoze ivyo yamutegetse vyose? Haba na mba!


Nuko arahaguruka ava ku meza, akura umutamana wiwe, afata igitambara co kwihanaguza aragikenyera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite