Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Maze abigishwa baramubaza bati: “None ivyo bizobera he ga Mwami?” Na we arabishura ati: “Aho umuvyimba uzoba uri, ni ho ibikona bizokoranira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Baramubaza, bati Bizoba hehe ga Mushingantahe? Arabishura, at’ Ah’ umuvyimba uri hose, ni ho ibinyakabaka bizokoranira.

Gade chapit la Kopi




Luka 17:37
8 Referans Kwoze  

Aho umuvyimba uzoba uri, ni ho ibisiga vy’amero bizokoranira.


mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite