Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ndababwire, abantu babiri bazoba baryamye ku buriri bumwe, umwe azojanwa, uwundi asigare.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ndababgire, Mur’ iryo joro abantu babiri bazoba ku buriri bumwe, umwe azojanwa, uwundi arekwe;

Gade chapit la Kopi




Luka 17:34
18 Referans Kwoze  

Ivyo vyerekana ko Imana izi gukiza abayubaha ikabakura mu marushwa yabo, ariko kandi igashobora no kurindiriza abatayubaha kugeza ku musi w’imanza, aho izobahanira.


Ehe raba ndabibabwiye imbere y’uko bishika.


“Mugire umwete wo guca mw’irembo ryaga, kuko ndababwire ukuri, benshi bazogerageza kwinjira ariko ntibabishobore.


Nuko mube maso, kuko ndabibabwiye imbere y’uko bishika.


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.


Petero aramubwira ati: “Naho bose boguta bagahunga, jewe sinzoguta.”


Uwugomba gukiza ubugingo bwiwe azobubura, ariko uwuzobuheba azobukiza.


Abagore babiri bazoba bariko barasya hamwe, umwe ajanwe, uwundi asigare. [


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite