Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Uwugomba gukiza ubugingo bwiwe azobubura, ariko uwuzobuheba azobukiza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Ūzogerageza gukiza ubugingo bgiwe azobubura; arik’ ūzoheba ubugingo bgiwe azoburokora.

Gade chapit la Kopi




Luka 17:33
7 Referans Kwoze  

Umuntu wese akunda ubuzima bwiwe muri iyi si azobubura, ariko umuntu wese yanka ubuzima bwiwe muri iyi si azobuzigama ibihe bidashira.


Umuntu wese agerageza kwironkera ubuzima azobubura, ariko uwubutanga ku bwanje azoburokora.


Kuko uwugomba gukiza ubugingo bwiwe azobubura, ariko uwubuheba ku bwanje azoburokora.


Ntuterwe ubwoba n’imibabaro ugiye gucamwo, kuko wa mubi agiye gushira bamwe muri mwebwe mw’ibohero kugira ngo akugerageze. Muzobabazwa imisi cumi. Ariko niwaguma mu bwizigirwa gushika ku gupfa, nzoguha igitsibo c’ubugingo.


Ndababwire, abantu babiri bazoba baryamye ku buriri bumwe, umwe azojanwa, uwundi asigare.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite