Luka 17:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Aca abwira abigishwa biwe ati: “Hazogera igihe mwipfuza kubona n’umusi umwe mu misi y’Umwana w’Umuntu, ariko ntimuzowubona. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Abgira abigishwa biwe, ati Hazoza imisi muzokwifurizamwo kubona umusi umwe musa w’Umwana w’umuntu, ntimuzowubona. Gade chapit la |