Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nta n’umwe yagarutse guha icubahiro Imana atari uwu munyamahanga?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Nta bandi babonetse ngo bagaruke guhimbaza Imana, atar’ uyu munyamahanga?

Gade chapit la Kopi




Luka 17:18
12 Referans Kwoze  

Avuga n’ijwi rirenga ati: “Mutinye Imana kandi muyihe icubahiro, kuko igihe cayo co guca imanza kirashitse. Musenge iyaremye ijuru n’isi, ibiyaga n’amasoko y’amazi.”


Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”


Ariko benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.


mu gihe abari bateguriwe ubwo bwami bazoba baterewe hanze, mu mwijima aho bazokwama baboroga kandi bahekenya amenyo kubera umubabaro.”


Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Abantu babibonye, bagira ubwoba, hanyuma bahimbaza Imana yahaye umuntu ububasha bungana gutyo.


Yesu arabaza ati: “Mbega abakize bagahumanuka ntibari cumi? None abandi icenda bari he?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite