Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Yesu arabaza ati: “Mbega abakize bagahumanuka ntibari cumi? None abandi icenda bari he?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Yesu arabaza, ati Ntibahumanutse bose ukw ar’ icumi? Abandi cenda bari hehe?

Gade chapit la Kopi




Luka 17:17
6 Referans Kwoze  

Ariko naho bamenye Imana, ntibayubashe nk’Imana canke ngo bayishime uko bikwiye, ahubwo ivyiyumviro vyabo vyabandanije kuba bibi, imitima yabo itagira ubwenge yuzura umwijima.


Amushikiriye, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, aramushimira. Kandi yari Umusamariya.


Nta n’umwe yagarutse guha icubahiro Imana atari uwu munyamahanga?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite