Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Umwe muri bo abonye ko yakize, aca asubira inyuma aho Yesu yari ari, ashima Imana n’ijwi rirenga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Umwe muri bo, abonye akize, agaruka ahimbaza Imana n’ijwi rirenga;

Gade chapit la Kopi




Luka 17:15
13 Referans Kwoze  

Wa muntu aravuga ati: “Mwami, ndizeye.” Nuko aca aramwunamira.


Mu nyuma, Yesu amusanga mu rusengero aramubwira ati: “Urabona ko wakize! Ntuze usubire gucumura kugira ngo ntuze ushikirwe n’icago kirengeye ico wahorana.”


Abantu babibonye, bagira ubwoba, hanyuma bahimbaza Imana yahaye umuntu ububasha bungana gutyo.


Wa muntu aca arahaguruka, aterura ikirago ciwe, asohoka bose babibona. Abantu bose baratangara, bahimbaza Imana bavuga bati: “Ntitwari bwabone ibintu nk’ibi!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite