Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nuko rero namwe nimwaheza gukora ivyo mwategetswe vyose, muze muvuge muti: ‘Turi abakozi b’imburakimazi, twakoze ivyo dutegerezwa gukora.’ ”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abe ari ko namwe mugira, ni mwaheza gukora ivyo mwagezweko vyose, muvuge, muti Tur’ abagurano b’imburakimazi, twakoze ivyo dukwiye gukora gusa.

Gade chapit la Kopi




Luka 17:10
20 Referans Kwoze  

“Hari uwoba yarigeze kugurana Imana kugira ngo ize imwishure?”


Bose barazimiye, maze bacika imburakimazi; nta n’umwe akora iciza, nta n’umwe.”


Uwo mukozi w’imburakimazi na we nimumute hanze mu mwijima ahazoba amarira no guhekenya amenyo kubera umubabaro.’


Yahora ari imburakimazi kuri wewe, ariko ubu ni uw’ikimazi kuri wewe no kuri jewe.


Mbega arashimira uwo mukozi ko yakoze ivyo yamutegetse vyose? Haba na mba!


Yesu ariko araja i Yerusalemu, aca ku rubibe rwa Samariya na Galilaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite