Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Abaza uwa kabiri na we ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’ Na we yishura ati: ‘Imifuko ijana y’ingano.’ Aca amubwira ati: ‘Akira urupapuro wandike mirongo umunani.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ abaza uwundi, ati Harya weho umufitiye ibingana iki? Aramwishura, at’ Ingero ijana z’ingano. Aramubarira, at’ Abīra icete cawe, wandike mirongumunani.

Gade chapit la Kopi




Luka 16:7
7 Referans Kwoze  

Arungika n’uwa gatatu; we baramukomeretsa, bamuterera inyuma y’uruzabibu.


Hanyuma Yesu acira umugani abari aho, avuga ati: “Habaye umuntu yarimye uruzabibu, hanyuma aruzeza abarimyi, afata urugendo rwa kure, amarayo igihe kinini.


Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’


akaba yari amaze imyaka mirongo umunani n’ine ari umupfakazi. Yama mu rusengero ijoro n’umurango, akorera Imana, asenga kandi yisonzesha.


Na we yishura ati: ‘Utugunguru ijana tw’amavuta ya elayo.’ Wa munyabigega aca amubwira ati: ‘Akira urupapuro wandike utugunguru mirongo itanu.’


Maze shebuja ashima amayeri uwo munyabigega asesagura yakoresheje. Ni ko n’abana b’iyi si bazi ubwenge bwo kwitunganiriza ivy’ubuzima kurusha abana b’umuco.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite