Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Maze ahamagara abo yahaye amadeni bose. Uwa mbere amubaza ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki?

Gade chapit la Kopi




Luka 16:5
6 Referans Kwoze  

Agitanguye, bamuzanira umuntu amuheraniye italanto ibihumbi cumi.


Uduharire ivyaha vyacu, nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.


Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’


Ndatoye ico ngiye gukora, kugira ngo ninava muri aya mabanga, abantu bazompe indaro.’


Na we yishura ati: ‘Utugunguru ijana tw’amavuta ya elayo.’ Wa munyabigega aca amubwira ati: ‘Akira urupapuro wandike utugunguru mirongo itanu.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite