Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Wa mutunzi na we ati: ‘Oya data Aburahamu, ivyo ntibikwiye. Kumbure hagize uwugenda avuye mu bapfuye bokwihana.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Na we at’ Oyaye, Aburahamu muvyeyi, ariko ni hājayo ūvuye mu bāpfuye, bazokwihana.

Gade chapit la Kopi




Luka 16:30
7 Referans Kwoze  

Wa mutunzi arasemerera ati: ‘Data Aburahamu, ngirira ikigongwe, urungike Lazaro, akoze isonga ry’urutoke rwiwe mu mazi, ampfuvye ku rurimi kuko ndiko ndababarizwa cane muri uno muriro.’


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”


Nimukore ibikorwa vyerekana ko mwihanye, mureke kwibwira mu mitima yanyu muti: ‘Turi uruvyaro rwa Aburahamu.’ Kuko ndababwira ko, no muri aya mabuye mubona, Imana ishobora gukuramwo abana ba Aburahamu.


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.


Ariko Aburahamu aramwishura ati: ‘Batumviye Mose n’abavugishwa n’Imana, nta wundi bokwumvira, n’aho yoba azutse mu bapfuye.’ ”


Yesu aca avuga ati: “Uwu musi agakiza kinjiye muri iyi nzu, kuko uwu na we ni umwana wa Aburahamu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite