Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Umubiri wiwe wari wuzuye ibikomere, akama yipfuza utwo kurya dukorotse tuva ku meza y’uwo mutunzi, mbere n’imbwa zama ziza kurigata ivyo bikomere vyiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Yifuza guhāzwa n’udukorokera musi y’ameza y’uno mutunzi; kand’ imbga na zo zāraza zikamurigata ibisebe.

Gade chapit la Kopi




Luka 16:21
7 Referans Kwoze  

Na we aramwishura ati: “Ni vyo, Mwami, ariko n’imbwa na zo ziremerewe kurya utuvunguka dukoroka tuva ku meza za ba shebuja.”


Narakoze cane ndaruha, rimwe na rimwe nkarara maso. Narashonje ndanyoterwa, mfata ingendo ntagira imfungurwa, nicwa n’imbeho, ngenda gusa.


Gushika n’ubu turasonza kandi tukanyoterwa, ntitugira ico twambara, turakubitwa, kandi ntitugira aho tuba.


Bamaze guhaga bose, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Nimwegeranye utumanyu twasigaye, ntihagire ibipfa ubusa.”


Na we aramwishura ati: “Mwami, n’imbwa na zo zirarya utwo abana bakororeye musi y’imeza.”


Kw’irembo ryiwe hama haryamye umukene yitwa Lazaro, asega.


Igihe carageze uwo mworo arapfa, maze abamarayika baraza bamudugana mu gikiriza ca Aburahamu. Mu nyuma, wa mutunzi na we arapfa, arahambwa,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite