Luka 15:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Canke nk’umugore yoba afise ibiceri cumi vy’ifeza, hanyuma kimwe kigatakara, mbega ntiyokwatsa itara, agakubura inzu yose, akakirondera gushika agitoye? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Cank’ umugore yogira amahera cumi, akabura rimwe, ntiyodomeka itara, agakubura inzu, akarondera ashishikaye kugeza ah’ aribonera? Gade chapit la |