Luka 15:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Se aramubwira ati: ‘Mwana wanje, wewe turamana imisi yose, kandi ivyo mfise vyose ni ivyawe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Na we aramubgira, ati Mwana wanje, tubana imisi yose, kand’ ivyanje vyose n’ivyawe: Gade chapit la |