Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 15:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ariko raba uwu muhungu wawe yononeye itunga ryose mu bamaraya, aragarutse uca umubagira impfizi ivyibushe!’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Maz’ uyo mwana wawe aje, yakomvye ivyawe abisambanisha, umubāgira ishūri inuze.

Gade chapit la Kopi




Luka 15:30
10 Referans Kwoze  

Wa Mufarisayo ahagarara ukwiwe, asenga avuga ati: ‘Mana ndagushima ko ntameze nk’abandi: abasuma, inkozi z’ikibi, abasambanyi, kandi simeze nk’urya mutozakori.


Vyari bikwiye ko tugira umusi mukuru tukanezerwa kuko umuvukanyi wawe yari yarapfuye none arazutse, yari yarazimiye none arazimurutse.’ ”


Bose batanze ku musesekara w’ubutunzi bwabo; ariko we, mu bukene bwiwe, atanze ivyomubeshejeho vyose.”


ariko uwo muhungu aramwishura ati: ‘Data, raba iyi myaka yose maze ndagukorera, numvira amategeko yawe yose. Ariko ntiwigeze umpa n’impene ikiri nto kugira ngo nezeranwe n’abagenzi banje.


Se aramubwira ati: ‘Mwana wanje, wewe turamana imisi yose, kandi ivyo mfise vyose ni ivyawe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite