Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 15:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Aca ahamagara umwe mu bakozi amubaza ibiriko biraba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Ahamagara umwe mu bashumba, amubaza ibibaye ivy’ ari vyo.

Gade chapit la Kopi




Luka 15:26
4 Referans Kwoze  

Igihe ivyo vyaba, umuhungu mukuru yari mu murima. Ariko arataha, yegereye i muhira, yumva abacuraranga n’abatamba.


Aramwishura ati: ‘Wa muhungu muvukana yagarutse, so aca abaga impfizi ivyibushe, kuko yagarutse akiri muzima.’


Yumvise abantu benshi bariko bararengana, ibaza ibiriko biraba.


Nuko bose barumirwa bongera barazazanirwa, babazanya bati: “Mbega ibi ni iki?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite