Luka 15:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 kuko umwana wanje yari yarapfuye none arazutse, yari yarazimiye none arazimurutse.’ Nuko baca batangura kugira umusi mukuru. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 kuk’ uyu mwana wanje yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse. Nuko batangura kunezerwa. Gade chapit la |