11 Yesu abandanya ababwira ati: “Habaye umugabo yari afise abahungu babiri.
11 Kand’ arababgira, ati Hābaye umuntu yar’ afise abahungu babiri.
Ni ko n’abamarayika b’Imana bagira umunezero iyo umunyavyaha umwe yihanye.”
Umusi umwe, umuhungu muto aritora abarira se ati: ‘Data, mpa umugabane w’ubutunzi norazwe.’ Nuko se abagaburira ubutunzi bwiwe.