Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yesu abonye ukuntu abatumire bahitamwo ivyicaro vy’imbere, aca abacira umugani ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ acira umugani abātumiwe, abonye ingene bitoraniriza ivyicaro vy’abakuru;

Gade chapit la Kopi




Luka 14:7
12 Referans Kwoze  

Muzobona ibara mwebwe Abafarisayo, kuko mukunda ivyicaro vy’icubahiro mu masinagogi no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro.


Ntihakagire ico mukora musunitswe n’ukwikunda canke n’ukwishira hejuru, ariko mu kwicisha bugufi, mushire abandi imbere.


Bakunda ivyicaro vy’icubahiro mu misi mikuru, n’intebe z’imbere mu masinagogi.


“Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu. Bakunda kandi guhabwa ivyicaro vy’icubahiro mu masinagogi no mu misi mikuru.


Narandikiye ishengero; ariko Diyotirefe, akunda kwishira imbere, ntiyemera ikibanza cacu nk’abarongozi.


Ivyo vyose Yesu yabibwira abantu mu migani; nta kintu na kimwe yababwira adakoresheje imigani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite