Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Umunyu ni ngirakamaro. Ariko iyo umaze gutakaza uburyohe bwawo, mbega bwosubiramwo gute?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Umunyu ni mwiza; arik’ umunyu wo, woshira uburyohe, woba ukiryoshwa n’iki?

Gade chapit la Kopi




Luka 14:34
4 Referans Kwoze  

Muri umunyu mu bantu bo mw’isi. Ariko iyo umunyu utakaje uburyohe bwawo, mbega bwowusubiramwo gute? Nta co uba ukimaze atari ugutabwa hanze abantu bakawucako.


Ibiyago vyanyu bibe vyuzuyemwo ubuntu, birunzwe umunyu, kugira ngo mumenye uko mwishura umuntu wese.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite