Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 bivugire bati: ‘Uwu muntu yatanguye kwubaka inzu ntiyashobora kuyuzuza.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 bat’ Uyu yatanguye kwubaka, ntashobora kwuzuza.

Gade chapit la Kopi




Luka 14:30
11 Referans Kwoze  

Ico twipfuza n’uko mubandanya mwerekana uwo mwete gushika kw’iherezo, kugira ngo ivyo mwiteze mudakekeranya bize bishike.


Mwirinde kugira ngo ntimutakaze ico twakoreye, ahubwo mushishikare kugira ngo muze muhabwe impembo ikwiye.


Kandi, “Umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera. Ariko niyasubira inyuma, ntazohimbara umutima wanje.”


imvura yaraguye, inzuzi ziruzura, igihuhusi kirahuhuta, vyisuka kuri nya nzu, hanyuma irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.”


Kuko niyamara kwubaka umushinge hanyuma ntashobore kuyuzuza, abazoyibona bose bazomutwenga,


Canke, mbega umwami afise abasoda ibihumbi cumi atewe n’uwundi mwami afise abasoda ibihumbi mirongo ibiri, ntiyobanza kwicara akaraba neza ko yoshobora kugwanya uwo mwami amuteye?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite