Luka 14:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu abaza Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe ati: “Mbega biremewe gukiza umuntu ku musi w’Isabato?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yesu abaza abigisha ivyagezwe n’Abafarisayo, ati Mbega biremerwa gukiza umuntu kw isabato, canke ntivyemerwa? Gade chapit la |