Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Kuko niyamara kwubaka umushinge hanyuma ntashobore kuyuzuza, abazoyibona bose bazomutwenga,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Ngo kumbure yoba ahejeje kwubaka amatafari y’itanguriro, ntashobore kuwuzuza; ababibonye bose bagatangura kumutwenga,

Gade chapit la Kopi




Luka 14:29
4 Referans Kwoze  

Ni nde muri mwebwe agomvye kwubaka igorofa, atobanza kwicara ngo aharure neza ko afise ivyo kuyuzuza?


bivugire bati: ‘Uwu muntu yatanguye kwubaka inzu ntiyashobora kuyuzuza.’


bakamubwira bati: “Wewe wavuze ko wosambura urusengero ukarwubaka mu misi itatu. Nimba uri Umwana w’Imana niwikize wikure ku musaraba!”


Mwambare ibigwanisho vyose Imana itanga, kugira ngo mushobore guhangana n’ubugunge bwose bwa wa mubi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite