Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu ari mu nzira agenda, hari isinzi ry’abantu bari bamukurikiye. Maze Yesu, arahindukira ababwira ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kand’ ishengero ryinshi ryari rijanye na we: arahindukira, arababgira,

Gade chapit la Kopi




Luka 14:25
4 Referans Kwoze  

Muri ako kanya nyene, abantu ibihumbi n’ibihumbi bariko baragwirirana, gushika aho ata waronka aho ahonyora. Yesu aca atangura kubigisha ahereye ku bigishwa biwe, abagabisha ati: “Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo, ari bwo buryarya.


Ndababwire ukuri, nta n’umwe mu bo nari natumiye ubwa mbere aja no kwumviriza ku mazimano yanje.’ ”


“Uwugomba kunkurikira ariko ntiyanke se, canke nyina, canke umugore wiwe, canke abana, canke abo bavukana, ndetse n’ubuzima bwiwe na bwo, ntashobora kuba umwigishwa wanje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite