Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Igihe co kuzimana kigeze, atuma umukozi wiwe kubwira abatumire ati: ‘Nimuze, vyose vyatunganye.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 igihe co kurya gishitse, atuma umushumba wiwe kubarira abātowe, ngo Ni muze, kuko bihejeje gutegurwa.

Gade chapit la Kopi




Luka 14:17
17 Referans Kwoze  

Kandi ivyo vyose biva ku Mana yo yaduhaye kwuzura na yo biciye muri Kristo, ica iduha n’igikorwa c’umwuzuzo.


Bene Data, buzukuruza ba Aburahamu, namwe Banyamahanga mwubaha Imana, ni twebwe ubu butumwa bw’agakiza bwarungikiwe.


Ku musi wa nyuma w’iyo misi mikuru, ari wo uruta iyindi, Yesu arahaguruka avuga n’ijwi rirenga ati: “Uwunyotewe wese naze aho ndi anywe.


Yesu aramwishura ati: “Habaye umuntu yateguye umusi mukuru, atumira abantu benshi.


Ariko bose baca batangura kwerekana ibibafatiriye bituma batoza. Uwa mbere ati: ‘Unyihanganire, mpejeje kugura itongo, ngira nje kuriraba.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite