Luka 14:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Umwe mu bari ngaho ahejeje kwumva ayo majambo, aca abarira Yesu ati: “Harahiriwe uwuzofungura ku mazimano yo mu Bwami bw’Imana.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Maz’ umwe mu bicaranye na we avyumvise, aramubgira, ati Hahirwa ūzorīra mu bgami bg’Imana. Gade chapit la |