Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nicama bizoba ari vyiza, nikitama na ho uzoheza ugiteme.’ ”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 hanyuma ni wama insukoni bizoba ari vyiza; ariko n’utama, uzowuca.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:9
10 Referans Kwoze  

Ishami ryose ryo kuri jewe ritama ararica, ariko ishami ryose ryama ararituturira akarituganya kugira ngo rirushirize kwama.


Ariko umurima umera amahwa n’ibitovu nta co uba umaze, uba uri hafi kuvumwa, kandi amaherezo yawo ni uguturirwa.


ari bo bishe Umwami Yesu n’abavugishwa, natwe bakatwangaza. Babaye igisesema ku Mana, bongera baba abansi b’abantu bose,


Wa mukozi aramubarira ati: ‘Databuja, cihanganire uwundi mwaka, ndakibagarire nongere ndagitabire.


Umusi umwe Yesu yariko arigisha mw’isinagogi kandi hari kw’Isabato.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite