Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Aca abarira umukozi yari ajejwe uwo murima ati: ‘Maze imyaka itatu nza kurondera ivyamwa kuri uwu musukoni, ariko singire ico ndonka. Giteme, kuko nta cotuma kibandanya conona isi.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Abgira umukozi w’uruzabibu, ati Rāba, none n’imyaka itatu nza kurondera insukoni kur’ uyu musukoni, sinzibone; uwuce: ugasarira iki aha hantu?

Gade chapit la Kopi




Luka 13:7
11 Referans Kwoze  

Igiti cose cama ivyamwa bibi kiracibwa kigatererwa mu muriro.


Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.”


Uwutagumye muri jewe, ameze nk’ishami riterewe hanze rikuma; amashami ameze nk’iryo barayegeranya bakayaterera mu muriro agasha.


Ishami ryose ryo kuri jewe ritama ararica, ariko ishami ryose ryama ararituturira akarituganya kugira ngo rirushirize kwama.


Wa mukozi aramubarira ati: ‘Databuja, cihanganire uwundi mwaka, ndakibagarire nongere ndagitabire.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite