Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Canke mwibaza ko bamwe cumi n’umunani bapfa igihe umunara wabagwako i Silowamu bari abanyavyaha kurusha ababa i Yerusalemu bose?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Canke ba bandi cumi n’umunani, abo umutara muremure w’amatafari w’i Silowamu wahomvokeyeko, ukabica, mwiyumvira yuko bārusha abandi b’i Yerusalemu bose kuba abanyabicumuro?

Gade chapit la Kopi




Luka 13:4
13 Referans Kwoze  

Arabishura ati: “Umuntu bita Yesu ni we yavuruze utwondo atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: ‘Genda wiyuhagire ku kidengeri c’i Silowamu.’ Naciye njayo ndiyuhagira, none ndabona.”


Aramubwira ati: “Genda wiyuhagire ku kidengeri c’i Silowamu” (Silowamu bisigura “Uwatumwe”). Wa muntu aragenda ariyuhagira, agaruka abona.


Agitanguye, bamuzanira umuntu amuheraniye italanto ibihumbi cumi.


Uduharire ivyaha vyacu, nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.


Uduharire ivyaha vyacu, kuko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko. Ntudutererane ibitugerageza.’ ”


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.


Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”


Abantu bo muri iryo zinga babonye ico gikoko yenenena ku kuboko kwiwe, barabwirana bati: “Uwu muntu ategerezwa kuba ari umwicanyi, kuko n’aho yari akize ikiyaga, urubanza rw’Imana ntirumwemereye kubaho.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite