Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 None raba inzu yanyu igiye kuba akahebwe. Ndababwira ukuri ko mutazosubira kumbona kugeza aho muzovugira muti: ‘Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Rāba, inzu yanyu muyitānywe ar’ umusaka. Kandi ndababgire, Ntimukimbona kugeza aho muzovugira, muti Hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:35
31 Referans Kwoze  

Maze baca amashami y’ibigazi, baja kumusanganira basemerera bati: “Hozana!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!” “Hahezagirwe Umwami wa Isirayeli.”


Maze abantu bariko bagendera imbere ya Yesu, bagenda barasemerera bati: “Hozana Mwana wa Dawidi!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!” “Hozana hejuru mw’ijuru!”


Benshi muri bo bazokwicishwa inkota, canke batwarwe nk’inyagano mu mahanga yose yo kw’isi. Igisagara ca Yerusalemu kizohonyangwa n’Abanyamahanga kugeza igihe Abanyamahanga bagenewe kirangiye.


Yewe Yerusalemu, yewe Yerusalemu! Wewe wica abavugishwa n’Imana, ugatera amabuye abagutumweko! Ni kangahe nagerageje kwegeranya abana bawe nk’uko inkoko yegeranya uduswi twayo mu mababa yayo, ariko ukanyankira!


Yegereye Yerusalemu, yitegereza igisagara, arakiririra,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite