Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ico gihe, bamwe mu Bafarisayo baca baza aho Yesu ari, bamubwira bati: “Va ngaha ugende, kuko Herode Antipa agomba kukwica.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Uwo mwanya haza Abafarisayo bamwe, baramubarira, bati Va hano ugende, kuko Herode agomba kukwica.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:31
9 Referans Kwoze  

Muri ico gihe, Herode Antipa yumva amakuru ya Yesu;


Mu mwaka ugira cumi na gatanu Kayisari Tiberiyo ari ku ngoma i Roma, Pontiyo Pilato yari icariho ciwe i Yudaya, Herode Antipa yari umuganwa atwara intara ya Galilaya, uwo bavukana Filipo yatwara intara za Ituraya na Tirakoniti, Lusaniya na we yatwara intara ya Abilene,


Kuko Herode Antipa yari yarafashe Yohana, aramuboha, amuta mw’ibohero. Ivyo yabikoze abitumwe na Herodiya uwo yari yararongoye, kandi yari asanzwe ari muka Filipo, uwo bavukana.


Ku musi mukuru wo kwibuka ivuka rya Herode, umukobwa wa Herodiya araza atambira abatumire, maze ivyo binezereza Herode cane,


Herode Antipa avyumvise arazazanirwa, kuko hariho abavuga ngo Yohana Umubatizi yazutse mu bapfuye,


Yumvise ko Yesu atwarwa mu ntara ya Herode Antipa, aca aramumurungikira, kandi ico gihe Herode yari i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite