Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Kandi mumenye ko hari bamwe mu bari inyuma bazoba ab’imbere, na bamwe mu bari imbere bazoba ab’inyuma.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kandi har’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere, n’ab’ imbere bazoba ab’ inyuma.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:30
6 Referans Kwoze  

Ariko benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.


Kandi benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.”


Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite