Luka 13:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Namwe muzovuga muti: ‘Twarira kandi twanywera imbere yawe, mbere wigishiriza mu mabarabara y’iwacu.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni ho muzotangura kuvuga, mut’ Erega twarīra, twanywera imbere yawe, kandi wigishiriza mu nzira z’i wacu. Gade chapit la |