Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Umuntu umwe aramubaza ati: “Mwami, ubwo abakizwa ntibazoba bake?” Yesu aramwishura ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Umuntu aramubaza, ati Mugenzi, mbeg’ abakizwa ni bake? Na we arababarira,

Gade chapit la Kopi




Luka 13:23
12 Referans Kwoze  

Ariko irembo ryaga n’inzira ntoya ni vyo bijana mu bugingo, kandi ababihitamwo ni bake.


Burya abatumiwe ni benshi, ariko abatoranijwe ni bake.”


Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”


Abigishwa bavyumvise baratangara cane, hanyuma baramubaza bati: “None nimba biri uko, ni nde ashobora kurokoka?”


Nuko Yesu aca mu bisagara no mu mihana yigisha, yerekeye i Yerusalemu.


“Mugire umwete wo guca mw’irembo ryaga, kuko ndababwire ukuri, benshi bazogerageza kwinjira ariko ntibabishobore.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite