Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Nuko Yesu aca mu bisagara no mu mihana yigisha, yerekeye i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Ari mu nzira, ahita mu bisagara no mu mihana, yigisha, ari ku rugendo aja i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:22
7 Referans Kwoze  

Igihe ciwe co kuduzwa mw’ijuru cegereje, Yesu afata ingingo yo kuja i Yerusalemu.


Hanyuma Yesu agendagenda mu bisagara vyose no mu mihana yose yigisha mu masinagogi yabo, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza ubumuga bwose n’ingwara zose.


ingene Imana yarobanuje Yesu w’i Nazareti Mpwemu Yera n’ubushobozi, n’ukuntu yagendagenda hose agira neza, akiza n’abari mu gacinyizo ka wa mubi, kuko Imana yari kumwe na we.


Maze atangazwa cane n’ukutizera kwabo. Nuko Yesu agendagenda yigisha, ava mu mihana aja mu yindi.


Umuntu umwe aramubaza ati: “Mwami, ubwo abakizwa ntibazoba bake?” Yesu aramwishura ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite