Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Yongerako ati: “Ubwami bw’Imana nobugereranya n’iki?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Yongera kuvuga, at’ Ubgami bg’Imana ndabushushanye n’iki?

Gade chapit la Kopi




Luka 13:20
4 Referans Kwoze  

Mbega abantu ba kino gihe nobagereranya n’iki? Bameze nk’abana bicaye mu mayirabiri hanyuma bagahamagara abandi bana, bati:


Yesu abacira uwundi mugani ati: “Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umuntu yabivye imbuto nziza y’uburo mu murima wiwe.


Nuko Yesu aravuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana bumeze nk’iki? Nobugereranya n’iki?


Bugereranywa n’umwambiro umugore akoresha mu gukora imikate. Naho yokoresha umwambiro muke mw’ifu ingana n’ibiro mirongo ibiri na bitanu, uwo mwambiro muke utuma igikandu cose gikakama.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite