Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Yesu amubonye aca aramuhamagara ngo aze aho ari, amubwira ati: “Mupfasoni, ingwara yawe irakize.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Yesu amubonye aramuhamagara, aramubgira, ati Nyina wanje, urabohowe ubumuga bgawe.

Gade chapit la Kopi




Luka 13:12
9 Referans Kwoze  

Ku mugoroba, bazanira Yesu abantu benshi baboshwe n’abadayimoni. Yirukana izo mpwemu mbi mu kuzitegeka, azikura mu bantu kandi akiza abarwaye bose.


Mbega uwu mugore akaba n’umukobwa wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n’umunani aboshwe na Satani, ntiyari akwiye kubohorwa, naho ari ku musi w’Isabato?”


Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Aho hari umugore yari amaze imyaka cumi n’umunani amugajwe n’impwemu mbi. Yari yarahetamye umugongo, ntiyashobora kugororoka.


Aca amurambikako ibiganza. Ako kanya nyene, aca aragororoka, ahimbaza Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite