Luka 12:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ndababwire ukuri, umuntu wese azonyemanga imbere y’abantu, Umwana w’Umuntu na we azomwemanga imbere y’abamarayika b’Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kandi ndababgire; Umuntu wese azonyaturira imbere y’abantu, Umwana w’umuntu azomwaturira imbere y’abamarayika b’Imana. Gade chapit la |