Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Mbega utunyoni dutanu ntitugurwa ubusa bw’amahera? Ariko Imana ntiyibagira na kamwe muri two.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Mbeg’ utunyoni dutanu ntitugurwa amakuta abiri? Ariko kamwe muri two ntigahundukwa imbere y’Imana.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:6
8 Referans Kwoze  

Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta cane inyoni?


Mbega utunyoni tubiri ntitugurwa hafi ubusa bw’amahera? Ariko nta na kamwe muri two gakorokera hasi So wo mw’ijuru atavyemeye.


Nimwitegereze ingene amashurwe yo ku misozi akura. Ntakora kandi ntajisha impuzu. Ariko ndababwiye ko na Salomo ubwiwe mu cubahiro ciwe cose atigeze ashaza nka rimwe muri yo.


Ariko umupfakazi umwe araza ashiramwo ibiceri bibiri vy’agaciro gato cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite