Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

52 Uhereye ubu, mu muryango w’abantu batanu bazocanamwo, batatu bagwanye babiri, babiri bagwanye batatu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Ndababgire, si ko biri, ariko naje kuzana umucano. Kuk’ uhereye none hazobaho batanu mu nzu imwe batandukanye, batatu na babiri, na babiri na batatu.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:52
12 Referans Kwoze  

Bamwe bemera ivyo ababariye, abandi banka kuvyizera.


Bazobirukana mu masinagogi, kandi igihe kiraje aho abazobica bazokwibaza ko bariko bakorera Imana.


Bamwe mu Bafarisayo baravuga bati: “Uwu muntu yakoze ibi ntava ku Mana, kuko ntiyubahiriza umusi w’Isabato.” Ariko abandi barabaza bati: “None umunyavyaha yoshobora gukora ibitangaza nk’ibi?” Maze ivyo bituma bacanamwo.


Mbega mwiyumvira ko naje kuzana amahoro kw’isi? Haba na mba! Ahubwo naje gutuma abantu bacanamwo.


Umugabo azogwanya umuhungu wiwe, umuhungu na we agwanye se; umugore azogwanya umukobwa wiwe, umukobwa na we agwanye nyina; umugore azogwanya umukazana wiwe, umukazana na we agwanye inabukwe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite