Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

50 Hari umubatizo ntegerezwa kubatizwa, kandi mpagaritswe umutima na wo kugeza ndawubatijwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Ndi n’umubatizo, uwo nkwiye kubatizwa; emwe uko mbabazwa kugeza ah’ uzoherera!

Gade chapit la Kopi




Luka 12:50
13 Referans Kwoze  

Yesu amaze kwumviriza kuri ya nkarisha, aravuga ati: “Birarangiye.” Nuko ajondamika umutwe aracikana.


Yesu arababwira ati: “Ivyokurya vyanje ni ugukora ivyo uwantumye agomba, no guheraheza igikorwa ciwe.


Ariko bene nyina bamaze kugenda ku musi mukuru, Yesu na we aragenda ariko ntiyajayo ku mugaragaro, agenda yinyegeje.


None rero, ngoberewe na Mpwemu Yera, ngiye i Yerusalemu, ariko sinzi ibizonshikira ndi yo.


Yesu aca abwira Petero ati: “Subiza inkota mu rwubati. Mbega sinkwiye kunywa ku gikombe c’umubabaro Data yampaye?”


Bamaze kwatura ivyaha vyabo yaca ababatiza mu ruzi Yorodani.


Naje kwatsa umuriro kw’isi; ese iyo uba umaze kwaka!


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite