Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Naje kwatsa umuriro kw’isi; ese iyo uba umaze kwaka!

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Naje guta umuriro mw isi, non’ iyaba war’ umaze gufatwa, mba nkigomba iki kandi?

Gade chapit la Kopi




Luka 12:49
14 Referans Kwoze  

Dutegerezwa gukora ibikorwa vy’uwantumye hakibona. Ijoro riraje, aho ata wushobora gukora.


Ariko uwutazi ivyo shebuja agomba, hanyuma agakora ibitari vyo, azohanwa buhoro. Uwahawe vyinshi azosabwa vyinshi, kandi ujwejwe vyinshi azobazwa vyinshi.


Hari umubatizo ntegerezwa kubatizwa, kandi mpagaritswe umutima na wo kugeza ndawubatijwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite